
Siren Vibe Tv
Burundi
Siren Vibe Tv profile page
2651 views
5/24/2026
PASTOR LOPEZ ARARIZE IMBERE Y'ISINZI RY'ABANTU??Full LIVE CONCERT ya Belgique/MUZE MUHEZAGIRWE?
5/22/2026
Fun&Facts:HOSY NA DACIA BAGARUTSE BASHISHWEEE/Imyimyozo iri Hano?/Abagore bo Kuri Yoitube au Complet
5/22/2026
Muratwenga Mupfe?NTA MUHUTU nta MUTUTSI ngaha??/bakoze amateka adasanzwe Bruxelles/SWAHILI COMMUNITY
5/21/2026
DUHUYE N'UWATWAYE CHRYSO NDASINGWA BELGIQUE/Niho benshi Bakirira ama Dépressions?/Kuri Pastor Lopez
5/18/2026
Mbega Igikomere?,Mbega Intahe ibabaje?Yari Amarira Gusa?/Abo nita Maman na Papa nasanze ataribo?
5/17/2026
KuriComptoir:Umukobwa Mwiza yavuze Amajambo Akomeye KU BAHUNGU/Nikita Na Raoul Baragarutse n'Inkuru
5/17/2026
Girlfriend:NTACO ABASIGARIJE PEEE BACIYE SERBIE BASHIKA BIBA ABAGABO B'ABANDI/I Burayi Si Mw'ijuru
5/14/2026
Hosy YAGARUTSE BUJA?/Udukoryo TWATANGAJE benshi/KIBONOBONO Irabagize Aba Millionnaire mw'iville Peee
5/12/2026
UKURI KWOSE KUCO Joël Yapfuye na Dj Paulin na Bertrand SHIMA/BAKWIYE GUFUNGWA/BARASHESHE UBUFU PEEE
5/10/2026
KURI COMPTOIR?:YISHE UMU BEBE W'amezi 3 aca amuta mu Runogo?/URUPFU RWA NYENE SAGA PLAGE?
5/9/2026
INSAKU MU BAGORE B'IBURAYI yooo?????NUBU DUHUYE ARIRUKA/Aba Maman Mutihaye Care N'akazi Kanyu/Soso
5/8/2026
NGENDANA n'abazungu gusa Ubu/ABARUNDI N'ABANYARWANDA B'AHA??NABA RACISTES?????/BARATU JUGEA CANE…
5/7/2026
Amabanga Y'i Bulaya/Navuye BURUNDI Ndi IGIFYINE!/TURABURA UMWANYA WO KWOGA?????/Umu Maman Atesa?
5/5/2026
Leo yaraye iganuye: I Voxi nimoto zibiri zaratsindiwe nabanywanyi bayo
5/3/2026
Za Nkuru COMPTOIR Hosy yamaze kwitanga mu Bubiligi abahererezi barahamagawe kuri comptoir???
5/1/2026
Ngo abana bo mugiti ntaco bikura nakimwe mubuzima/ Hosy ngo asigaye arumu commissionnaire i buraya?
4/27/2026
KURI COMPTOIR?/Za Nkuru Ziraje?/Monna BARAMUREMBEJE n'Umugabo Wiwe/Impamv Abakobwa Bateba KURONGORWA
4/25/2026
Mbega Famille Iryoshe?Maman Merci Guheba Vyose I Burundi Kubera Twebwe/Umukobwa Wanje n'Igitangaza
4/24/2026
Aba Dispora Bari Buzuye??/BASHATSE KUYIHOMVYA/President YISHIKIYE KURI SIREN VIBES GUTANGA UMUCO
4/20/2026
NAVUYE KWA MAMAN NDONGOYE/Nibwe Ibihumbi 12 Vyama Dollar/Imbeho ya Belgique Mvuye Mu Bushuhe Dubai
4/19/2026
Kuri Comptoir Hicaye Umukobwa Mwiza?/Nikita Na Raoul Bagarutse N'inkuru zose zo Mu muji/Tora Agatebe
4/18/2026
Mbega Agahinda kuyu muvyeyi??Yadutaye mu nzu n'umu bebe/ Kuba Mu Mahanga Utazi Iyo Umwana Wawe Ari?
4/18/2026
Jamy TWAMUGARUKANYE Avuye DUBAI/KWARARAZANYA KW'ABARUNDI Kwadutse Muma Confession Anonymes ?
4/17/2026
CNC Yahagurutse/BUZZ Zica Kurizi mbuga Ntaho Zihuriye n'ibimenyesha Makuru Bihatangira Amakuru?
4/15/2026
Ubwoba Bwo Kurongora UmunyaRwandakazi??/BARAMPAHAMUYE/Umukunzi Wanje Nagiye Chine Baca Baramuntwara
4/14/2026
INTAMBA MU RUGAMBA KURI STANDARD y'I Bulaya/Ingorane Dufise Mu Bafana/Kuronka BERAHINO SAIDO
4/13/2026
Kuri Comptoir: Hosy na Joel Bazimiriye Mu Bubirigi ???/Igitoro cabaye Ndanse/ Mutore Agatebe Twumve
4/11/2026
Meili Yashitse Muri Girlfriend/Jalousie Z'abagore Nazo…/Level Ariko Mu Kurondera Inoti Iteye Ubwoba
4/11/2026
Impundu Impundu Kwa Gretha??/Nikita na Dacia bashitse mu Rugo kwa Gretha kumukeza/Fun&Facts
4/10/2026
Lino G Na Hosy Belgique???/Amakuru ya Chrie W'Umuzungukazi/Uburyo Yaronsemwo Visa/Kuri Maman wiwe?
4/8/2026
BIRASAZEEE??Belgique Niho Biriko Birabera/Belgique Yakubise Hasi France/Urukino MBONEKARIMWE TBBI
4/7/2026
BELGIQUE ?? HARAHIYE?/Amateka Lino G, Drama T na Joel bakoreye BELGIQUE ??/ABANTU BARUZUYE?
4/6/2026
Ngo Raoul Akubitwa n'umugore?/Mu Kanya Gato nari Mpfakaye?/ Muze Tunywe Icayi Co Kuri Comptoir?
4/5/2026
Mbega Abana Baryoshe?/Batwita Aba Lesbienne Kubera Ukuntu Dukundana/Sinzokwibagira Igihe Ansengera
4/4/2026
TURAJINJIBUWE PEEE/Iyo hageze amategeko Nta sentiments zijamwo/Gukura Ukihakana Abavyeyi ntigikunda
4/3/2026
Hosy Asubiye I Bulayi?/Nikita na Cory bahatswe kumuriza?/Abavuze ko azoca aherayo Yabishuye
4/2/2026
INTAHE IKOMEYE ya MC MARLESH/Amakuba Twahuye Nayo TURKEY Tugiye SERBIE?/Ntitwoga , Twagarutse Uko/
3/31/2026
BARUNDI DUHIMBAZE IMANA?/PASIKA IREGEREJE , Dutazire Yesu Yaducunguye Urupfu hamwe na CLM
3/29/2026
Za Nkuru Za Nkuru Zo Kuri Comptoir/ Umugore Yafunzwe Azira Kwanka Umugabo Yamurihiye Amashuri?
3/28/2026
Impari z'abagore?/Uvanze Umugabo Ngo Yakwimye ntuba Wamukunda/Abagore B'Ibinebwe Bararuhisha Peee
3/25/2026
MURATWENGA MUPFE??/Burya KIGINGI niwe Yazanye NIKITA/Rule Big Kuri Kigingi Nta Mbabazi Ashizemwo?
3/24/2026
Mbega Intahe z'abagore beza?/Hosy, Dada, Maru, Meili, Maru,Divine…/Ducibwa Intege Ku Musi Ku Musi?
3/23/2026
UYU MUGABO AHEMBERWA GUKORA UBUSA?/nimba Warize Kuri UB Riha Ingurane Ya Leta?/Igisabo Ca Nikita
3/22/2026
TWAMAZE IMYAKA 10 TWANKANA URUNUKA/Yamfyondeye Mu Muryango Abishaka?/She Was A Victim in her Story
3/20/2026
Fun&Facts Yuno Musi ni Fire?/Nikita afashwe Yivye?/Dacia Yabonye Bayambitse Condom Araguruka ati Yoo
3/18/2026
TUJANE MURI AMERICA Guca ama Dollar?/Gupfa Birazimvye Cane Ino/Mpembwa ama $ ntari Bwarote Ndonka
3/16/2026
Nari Mpfiriye Mu Mpimba/Umunuko Waho/Ibiyayuramutwe Nabinyoye Kuva Nkiri Umwana/Mama Naramugoye Cane
3/15/2026
Nikita na Raoul batuzaniye izo ku bugeni bwa Gretha Mutamenye/Abahungu bo Kuri Bata Bari Muyabira
3/15/2026
Wema Nella na Alvera Barugurutse Kuri Vyose/Banyivye 100.000$/Bageze Kuri Landry Promoter na Lino G
3/13/2026
Nikita ararize yibutse Maman wiwe/Vyaranse ko twakira Urupfu Rwiwe/Yugurutse Ku Ntahe Yiwe/Mp'akanya
3/12/2026
Longue vie aux mariés??/Vlogi Vlogiii: Muze Tubatware Mu Bukwe bwa Gretha na Filliolet/État Civil
3/11/2026
YOOOOH MWUMVE IZI MPANO?/Amajwi yabo aratuma mumerereza/Bageze Kuri Africa Nova/Turabizi Ko Turenze?
3/10/2026
INTAHE ITANGAJE?/BASHATSE KUNYICA INCURO NYINSHI/Mbe Baramvumye? Bampaye ishano Incuro Zitatu
3/9/2026
Nimba Utariye Kandi Unyotewe Nturabe Kuri Comptoir Yuyu Musi/Inyama Zo Kwa Nikita Zirakoze Ibara
3/7/2026
Mbega Famille Iryoshe?/Twarakubiswe shahuuu/Maman Ndaguhaye Umutima wanje/Ibanga Ryo Kurera Abahungu
3/6/2026
Amarira Arakorotse disi?/Jeanne GAPIYA Ibintu Akoreye Aba Bapfakazi Vyaturenze/Bari Mu Nzu z'Ivyatsi
3/5/2026
Mwumve Impano hano??/Abana Bo Ku Mpanda Barahumyeee/Nta Ndirimbo ibishe Tuzigera Tubaha
3/4/2026
KINGORONGORO YIFATIYE B FACE MU GAHANGA/Nta Nguvu Za Kigabo Afise?/Histoire ziwe na Hosy Nizakera
3/3/2026
NIFUJE KWIYAHURA INCURO NYINSHI?Agahinda Kantaye Mu Nzoga/Imana Niyo Yamutumye Kumfata Ku Nguvu??
3/2/2026
Sat B na Melanin Boy batinye Guhanganira Imodoka na Kirikou?/Umuvinyu Ukoze Ibara Kuri Comptoir/ha?
2/28/2026
Madame Uri Agashetani/Papa wanje yateye Inda Ma Meilleure Amie?/MURIBANA ABAGABO?/Bashatse Kunyica
2/27/2026
ABAZUNGU BAVUGA IKIRUNDI C'Indani?IBI BIRENZE AGAHINDA?/BARADUTUKA TUKIHANGANA/Ba Papa?? Baradutaye
1/26/2026
INTAHE YA BossLady WAHIDAðŸ˜/NAMAZE AMEZI 3 NINYEGEJE🥹/NATANGUYE KWIYAMBIZA MFISE IMYAKA 17/BARANTUKAðŸ˜
1/25/2026
IBIVYO TUVYITA GUTE MWA BANTU MWEðŸ˜/Accident YA kIRIKOUðŸ˜/UMUGABO AFISE ABAGORE 7😳/Wig na Wig😂
1/24/2026
Girlfriend:Angi Burundi ARABABWIRA NUKO MUTUMVA🤣/IWANYU BARAROGA KO MUSIRIMUKA NABIðŸ˜/ABAHABARA BUBU🤨
1/24/2026
BITEYE UBWOBA CANE/ngo'ICANA CIRABURA NI KIBI'ðŸ˜BIRABABAJE CANE KWUMVA ABAVYEYI BANKA ABANA BAVYAYE😳
1/22/2026
NTA GAHINDA KARUTA AKAYU MUVYEYIðŸ˜/ESE KUBURIRA RIMW ABANA BABIRI/NKUBU YOBA YARIYAHUYEðŸ˜/Tabara Yemwe
1/19/2026
INTAHE Y'AMAHASA Dr Bella na Dr LyseðŸ˜/Umwana wanje yapfuye naraye ndavura ab'abandiðŸ˜/BARIYUMVANAMWO
1/19/2026
Mukoroke Tubahe Izanyuma Kuri Comptoir🤣/Inkuru zitigeze zandikwa BarazizanyeðŸ˜/Nikita s'umufyitiriziðŸ˜
1/16/2026
Mukadata Yambereye Shetani😈/Mbe Ninde Mugore Yahisemwo kuba Mukase W'Umuntu/Se Atinya kuba I Malaya
1/16/2026
AHA NIHE??NDI UWA MBERE BRO/Aguilaa Avuniye mu mavi Ddumba🇷🇼/Umuziki w'abarundi usigaye uteye Ubwoba
1/14/2026
Podcast AgaTorch:Big Zoe avuze amajambo akomeye/ Utinya kuvugwa ho wopfira no mu nzu/Ama Infections
1/14/2026
Abagore bo kuri YouTube Babakiriye mw'ishengero rya PENTECÔTEðŸ˜/Bahuye na Papa Hosy/Intahe ni Nyinshi
1/13/2026
Mwumve Ijwi Ririza Abakobwa Banyu🥹/Umurundi🇧🇮 wa mbere kuri Spotify/Theecember ahuye na Drama T
1/12/2026
MISS BURUNDI Aravuye Mu Gacerere/Ubwenge n'ubwiza BITANGAJE/Kuri Miss Naomie/Yerekanye iyindi Mpano😳
1/11/2026
Mufate imbavu zanyu🤣/Sat B MUSHAKA KUMUROGA?🤦ðŸ½â€â™€ï¸Trump yaduhaye inzira yo gushika USA😅/Kuri Comptoir
1/10/2026
Fun&Facts ya 2026🔥/Tugarukanye amashimwe kuko 2025 yagira iduhotore neza na Neza🤣/2026 ngo ni gute?
12/28/2025
Girlfriend:NTA BAGENZI NKIFISE/NDATINYA ABAKOBWA UBU/ISHARI RIRI MU BAGORE NIRYO RITUBUZA ITERAMBERE
12/24/2025
URABA SHOCKED😱UGAPIMA kwumviriza EMERY NTUZOSUBIRA KWIPIMIRAKO🙆ðŸ½â€â™€ï¸/IZI NGWARA ZITEYE UBWOBA
12/23/2025
MyJourney:UMWANA YADUPFIRIYEKO TUMUBONAðŸ˜//NIRUKA NDI GUSA BURI BURI//ABANDI BANYITA IGIHUNA
12/22/2025
Muze tubahoze amarira😩Muduhe imiriro gusa🔥 KURI COMPTOIR iragarutse n'umu Host mushasha/inkuru rero🔥
12/20/2025
YATAHANYE IMILIYONI 10 TUBONA//AMAYERI DJ ZENOBINO YAKORESHEJE NGO ATSINDIRE BEST INFLUENCER AWARD
12/19/2025
Fun&FactsðŸ˜ðŸ”¥/DUKOME INDURUUU🥹/Imana yacu ni nziza ibihe vyose/BAKUNZI BACU MURI IBITANGAZAðŸ˜
12/19/2025
TUGARUKANYE NA KIGINGI🤩🔥/INDEGE UBU KUYURIRA NINKA BUS/Ndagutere inkuru Hosy BIBAZA NGO NUKWISHIMA🤣
11/15/2025
UKURI KWA DUBAÏ MUTAMENYEðŸ˜/BARABAMAZE BABIBA/INZIRA IJA SERBIE/CANADA NA EUROPE NTIVYOROSHE NA GATO
11/13/2025
MISS Populaire NI MWIZAðŸ˜/Ndi mugufi, Sinarinzi ko noba Miss/Ivyamubayeko muri Sueden 🇸🇪/projet yiweðŸ˜
11/13/2025
COCO ARABISHESHE VYOSE/Naryamanye na Boss wanje kugira ampe akazi/Aba Pasteurs baradusambanya
11/11/2025
BIRASAZEðŸ˜â¤ï¸â€ðŸ”¥/Hosy ashize hanze amabanga ya B Face/mu RUKUNDO yonapfa🤣/Guhuza Big Fizzo na Lolilo😳
11/11/2025
My journey PART2:BITEYE UBWOBAðŸ˜NAFASHWE KU NGUVU NA PAPA AMVYARA/Bampoye ko namuvuze akirihoðŸ˜
11/10/2025
Mbega UBUBABAREðŸ˜VYATANGUYE ARI MALARIA MU MISI MIKE NARI NIHEREYEKO/DUTABARE AMAGARA YIWE🥹
11/5/2025
Amarira n'agahindaðŸ˜/UKURI KWOSE🥹/GUSUBIRA INYUMA TURAVYANSE/Go fund me Link iri pinned muri COMMENTS
11/3/2025
MyJourney:Mbega umwana w' umukobwa ATANGAJE😳🥹/abaye millionnaire akiri muto pee/ni umu Coordonière🥹ðŸ˜
11/2/2025
Girlfriend:HOSY N'ABAGENZI B'INRYARYA NTIBAHUZA🤦ðŸ½â€â™€ï¸/KUVUGA NABI UMUGENZI WAWE MU BANTU NYENE?🙄
10/31/2025
Fun&Facts:UMUKOBWA AFISE AMAHERA NTIYUBAHA UMUGABO?UMUGORE ADAKORA NGO UMUGABO ARAFISE ARABABAJE
10/30/2025
FANNY LAVINNE UBWIZA BUGIRA BUMWICEðŸ˜/NARIRIZE NIKETSE GUSA KO NORASQUE ANSIZE AKAJA DUBAI
10/30/2025
Podcast AgaTorch/UVYARA ABANA UDASHOBOYE KURERA?BABIKORA BATIKINGIYE/DACIA ATUBWIYE UKURI TUTAR TUZI
10/29/2025
R flow ARAVUYE MU GACERERE/REKA NDABIVUGE KUKO VYARAMBABAJE/BASHAKA KUZIMYA IMPANO YANJE/BARAHARARA
10/26/2025
Kuba UMUKOBWA vyonyene VYOTUMA ugwara CANCER DU SEIN🥹/GUSUZUMA AMABERE INYUMA Y'UBUTINYANKA/UMVIRIZA
10/25/2025
Mbega UDUSONI🥹ðŸ˜/ABARUNDIKAZI NI BEZAðŸ˜/BARANDUHISHA NO KUMBWIRA KO MVYIBUSHE/BIRAMBABAZA/TURAKUNDANA